Biratangaje nimbonekarimwe kuva isi yakabaho raba umugore yavyaye abana 9 kandi Bose navyutse bakomeye



IMBONEKA RIMWE ! 

 umukenyezi wo Mu gihugu ca #Nigeria azwi kw'izina rya "OBIANUJU ANTHONIA" Inyuma yo kumara imyaka 25 ataronka ikibondo yashoboye kwibaruka Abana 9 icarimwe .

inkuru yatanagaje benshi 


 Abayamaze bati : iritararenga nturitera ingata" Ntibabeshe . Akajambo kuri we 

Enregistrer un commentaire

siga iciyumviro cawe ngaha

Plus récente Plus ancienne

Formulaire de contact