Raba akababaro the ben yagize inyuma yukwibwa téléphone mugiteramo akayibura irengero

Thé ben yagize umubabaro udadanzwe inyuma yokwibwa téléphone yiwe mugiteramo.

Ibi nibimwe vyaranze igiteramo ca the ben .umuririmvyi akunzwe cane mugisha Benjamin azwi cane nka the ben yaraye yibwe téléphone yiwe ngendanwa mugiteramo ciwe cambere icogiteramo cariko kibera kuri Eden garden resort.

the ben rwanda
Video igaragaza the ben mumubabaro








Ngizi impamvu zibazwa Ndetse zisobanura neza uko phone ya The Ben yibiwe kuri Eden Garden Resort.murico giteramo the ben yariyicaranye nibihangange mumuziki abaririmyi nkawe ariko ninaco catangaje abantu igene téléphone yoshobora kwibwa nubu baracibaza ATI ninde yoba yivye téléphone ya the ben.

Murimake igiteramo cagenze neza abantu barishimye arko ngo ntanyambo ibura agahonzi.

the ben rwanda
The ben agaragara kumafoto mumubabaro








 Wawundi nawe ngo nta vyama vyera vyose, mu gihe bamwe bariko baratamba baryohewe hari abandi umunezero wabo wamaze akanya gato biturutse ko bikabakavye basanga terefone zabo zibwe harimwo n'iya The Ben ! 

🥲 Umwe mu bamwegereye yatwiganiye n'akababaro kenshi ati: "Umuririmvyi wacu yagiye kuri stage asiga terefone yiwe ku meza aho yari yicaranye n'abandi #baririmvyi hamwe n'umukenyezi wiwe #Pamella. Pamella yavuye aho yari yicaye aja kwicarana na mama wiwe, The Ben nawe amaze kuva kuri stage aca aja kuramukanya n'abari barishe imiriyoni 10, avuyeyo asanga terefone yiwe yibwe!"

the ben rwanda


👥 Si uwo muririmvyi gusa yatakaje terefone yiwe, hariho n'abandi bantu bashika 5 nabone bibwe amaterefone yabo muri ubwo buryo, umwe avuga ko yibwe terefone yo mu bwoko bwa iPhone14, uwundi nawe Samsung Galaxy S23, abandi ntitwashoboye kuzimenya

🎙️ Umwe mu bariko baratunganya ivy'ico giteramo yatwiganiye ko hari bamwe mu bariko barasereva boba bikekwa muri ubwo busuma, ngo bariko baragerageza kurondera aho boba bazinyegeje. »

"Basomyi iyongeso canke akokibara wewe kubwawe ubuvugako iki?"

2 Commentaires

siga iciyumviro cawe ngaha

Plus récente Plus ancienne

Formulaire de contact