Hafashwe abivye téléphone ya thé ben ubu téléphone ya thé ben ukaba yabonetse


Hafashwe abivye téléphone ya the ben


Ya téléphone ya thé ben yabonetse Ndetse nabagomvye kuyiba bafashwe.



Kuruyumunsi hiriwe haravugwa vyinshi kuvyerekeye iyibwa rya téléphone yumuhanzi akunzwe cane hano iwacu muburundi Ndetse naho avuka ndavuga murwanda uyo muririvyi nawe akaba ari mugisha benjamin yamenyekanye kwizina rya thé ben .
Inyuma yuko havuzwe vyinshi kuriyo téléphone bakayagiriza abantu benshi batandukanye Ndetse hakaba hanabayeho kwiyumvira kubo Bari bicaranye na thé ben nabo bakaba Bari Big fizzo,satb Ndetse n'umufasha wa satb azwi kwizina rya belle nice hamwe n'a pamella umugore wa thé ben Ndetse hakaba havuzwe yuko bitangaje cane batumva ukuntu umugore wa thé ben pamella atashoboye gukurikirana téléphone y'umugabo wiwe benshi bamuvuzeko amajambo ngo niwe yari kuba uwambere mugucunga ivyumugabo narirya irinaco gituma vyazananye 

Inyuma yivyo vyose uyumunsi hiriwe amaperereza menshi kubikekwako boba batwaye iyo telephone .
Igipolisi c'uburundi cashoboye kugarura téléphone ya thé ben Ndetse nabari bayitwaye bakaba bamenyekanye .
 
Biratangaje !! 
terefone Ngendanwa ya The Ben ishobora kuba yibwe n'umunyarwanda mugenzi we Eric Ndagijimana batazira " X - DEALER" .
Nk'uko vyemezwa n'ikinyamakuru inyarwanda.com Ngo Uyo musore yoba yemerewe amafaranga imiriyoni 3 z'amanyarwanda kugira Aze Mu Burundi yibe iyo terefone baheze bakuremwo ivyo Bipfuza " .

 X Dealer Ubu Akaba Yamaze gutabwa muri yompi, amatohoza arabandanya .




Enregistrer un commentaire

siga iciyumviro cawe ngaha

Plus récente Plus ancienne

Formulaire de contact