Thé ben numubabaro mwinshi avuze icatumye arira birababaje cane

Soma bimwe utaruzi vyatumy the ben arira birababaje

🎙 Nyuma yoguhemukirwa nabo yise abansi b’igiteramo cariko kirategurwa, umuririmvyi The Ben kumunsi w’ejo yafashwe n’ibigumbagumba imbere y’abantu isinziii kuri Mess des Officiers aca arakorora amosoziiii arariraaaa !!!

 

the ben live burundi

Mukababaro kadasanzwe thé ben yavuze icamurijije Aho benshi biyumviyeko yarijijwe numunezera arko hari impamvu nyinshi utamenye .Bisome vyose hano👉: impamvu zatumye thé ben arira 

Nkuko bivugwa nabantu begereye umuririmvyi The ben baremezako thé ben inyuma yuko yari anezerewe arko harivyinshi vyamubabaje harimw nuko Kong Big fizzo atoshoboy kuririmba nizind mpamvu nyinshi ushobora gusoma👉 aha.

Sivyo Gusa mugiteramo cakabiri hari ibindi vyinshi vyashovoye kwibonekeza nkubusuma bwama téléphone,nkuko vyarivyabaye mugiteramo cambere arko nubwo habaye ububi bwinshi harigaraje umunezero mwinshi kubafabana Ndetse benshi bakaba barishimye

Musomyi ibibintu bibaye kuri thé ben ubivuzeko iki intererano yaw irakenewe



Enregistrer un commentaire

siga iciyumviro cawe ngaha

Plus récente Plus ancienne

Formulaire de contact