Umukobwa yavukanye iminwa minini kwisi yashoboye kuvuga kubamutuka KO afise umunwa munini ndesteko yoba raribagishije



Umukobwa yavukanye iminwa minini kwisi yashoboye kuvuga kubamutuka KO afise umunwa munini ndesteko yoba raribagishije ngo abashe kugira umunwa munini

 Uyu mukobwa avamu gihugu ca Nigeria ariko aravugawa cane n’abatari bake ku mbugangurukanabumenyi bamwagiriza koyoba yaribagishije iminwa yiwe ngo ibe mini.

 Numukobwa akiri muto udakuze cane, afise iminwa mini cane umunwa wo hasi ni munini cane kuburyo wogira ngo yagiye kwibagisha nyamara we siko abivuga. Abantu benshi bakomeje kumwagiriza kuja kwibagisha iminwa ariko we abihakana yivuye inyuma avuga ko ariko yavutse ameze

Abantu benshi bakomeje kugaragaza ko bamwihanganishije nubwo hatabura abakomeza kumwambika iryobara  ryokuja kwibagisha.

Mbe vyoba  bikwiye ko umuntu ahogwa canke  ngwatukwe kubera uko yavutse ?. 

Enregistrer un commentaire

siga iciyumviro cawe ngaha

Plus récente Plus ancienne

Formulaire de contact