Yahisemwo kurongora igi statut aba arico babana inyuma yukubabazwa numugore wuwe

Yahisemwo kurongora igishushanyo  inyuma yuguhemukirwa n'umugore yakunda Cane

 Inkuru ibabaje iteye agahinda Ndetse uriko ivugwa cane kw'isi .
Umugabo w'imyaka 34 yamuka mugihugu ca Malawi yahisemwo kubana nigushushanyo inyuma yuguhemukirwa n'umugore wiwe yakunda cane.  











 Ikibabaje yaramaze kubana nabagore bashika 7 akaba arinaco catumye ivyabagore abirambirwa.
Uwomugabo Bari bamaranye ikiringo c'imyaja itatu . Nkuko amakuru tuyakesha ikinyamakuru euro news uyomugabo ngo yararuhujwe nogufatwa nabi Ndetse nokurara adasinziriye kumvo zuko umugore wiwe yamucinyuma bivanze nukuvugako  umwana bavyaranye atari uwuwo mugabo.  Hari kumunsi w'imana igenekerezo rya 01/10/2023 Aho uwomugabo yahitamwo kubana nigushushanyo kugirango arabeko yoronka amahoro.
Ibinyamakuru vyinshi vyaramubajije igituma yahisemwo ingingo yokubana nigishushanyo yishuyeko atayandi mahitamwo. Afise kuko ngo igishushanyo agishura ahashak Ndetse akagikoza ukwashaka ngo yishimiye kubana naco Ndetse ngo yabikoze mukugaragaza akababaro kiwe kugira ngo yumve nawe umunezero wugutegeka kuko ngo yarabayeho igihe kinini aganjwe numugore yizaniye .

Yavuze kandi ko ico gishushanyo yakiguze amafaranga menshi kndi KO agikunda cane .

Musomyi ubwo murugo iwawe bimez gute witaho gute uwo mwubajanye? Aho nawe ntumutera gituma yumva yokubura mubuzima .
Mbega hoho Aho wegereye mukibano  ivyobintu uramaze kuvyumva biva kuki 
Kenshi nakenshi biva kubagabk cank kubagore intererano yawe irakenewe kuko hari benshi wofasha andika intererano muri commentaire Aho hepfo gato

Enregistrer un commentaire

siga iciyumviro cawe ngaha

Plus récente Plus ancienne

Formulaire de contact