Ariella irakoze yarungurujwe kubindi bitaro arasaba ngo mushishikare mumusengera


 

Nkuko umugabo wiwe abivugq ubwambere yashimye imana yongera ashimira abarundi Bose kumutima namweretse mukumufasha Haba abarundi basanzwe baba mubihugu vya buraya Ndetse nabasanzwe baba mugihugu ngo mwarakoze cane ivyo mwamukoreye muzobikorere nabandi.

Amakuru mashasha nkuko yabivuze yavuzeko Ariella irakoze yamaze kungururizwa mubindi bitaro kumvo zokurondera ibitaro vyomwitaho cane ,kuko Aho yarasanzwe ari muri Kenyatta hospital  kumvo zuko ari ibitaro vya leta usanga bafise abagwayi benshi bigatuma umurwayi atitabwaho cane ninaco gituma bahisemwo kumwungururiza kubindi bitaro navyo bikaba vyitwa Texas cancer center  Ubu akaba ariyo asanzwe arwariye  ,kandi yamenyeshejeko hariho niyondi ntambamyi bafise yururimi kuko ngo bitagoranye cane uburyo bashobora kuvugana cane nabaganga arko ngo ibindi vyose nisawa Aho bigeze ngo nugushima imana.

Umugabo wiwe aramenyesha kandi KO amagara yiwe yifashe neza  ariko aroroherwa asabako mwoguma mumufasha gusenga.


Enregistrer un commentaire

siga iciyumviro cawe ngaha

Plus récente Plus ancienne

Formulaire de contact