Uburundi buhejeje gutsindwa na gabon ibitsindo 2 kuri 1



Urukino rurangiye, Gabon itsinze Uburundi ibitsindo 2 kuri 1 mu rukino rwa kabiri rwo kurondera itike y'igikombe c'isi yose ca 2026.

TAYALI : Birangiye Intamba ZACU zitsinzwe na Gabon ibitsindo 2-1.

Igitsindo c'uburundi gitsinzwe na Abedi Bigirimana Ariko n'ubundi ataco bitanze.

Jean Claude Girumugisha akiniye urukino rwiwe rwambere umugwi nserukiragihugu.

FT : BURUNDI 🇧🇮 1-2 🇬🇦 GABON

⚽ Nduwarugira 88'                                                                                     ⚽  Allevinah 35'

                                      ⚽ Bouanga 83'

Intsinzi 2 kuri Gabon mw'itsinda rya F 

FT : Burundi 🇧🇮 1-2 Gabon 🇬🇦

Wakiriye gute ibivuye mu rukino ! 

Enregistrer un commentaire

siga iciyumviro cawe ngaha

Plus récente Plus ancienne

Formulaire de contact