Muntara ya makamba umwana wamezi 9 arwaye ingwara itangaje iyongwara ikaba yarayobeye abaganga ntabitaro vymugihugu atarajamwo aho ubu ageze mubuhindi.
nkuko amakuru dukura kubavyeyi buwo mwana aravugako ubu amagara yiweatameze neza arko ahanini arasaba igisabisho mumufashe gusenga musengera uyo mwana
kwaliti by GH indirimbo iryoshe cane yirabe yose ngaha
Tags
Amakuru