Raba dramat uko yasajije abantu Ibi nibimwe muvyaranze ihiganwa yangabire Aho vyaribihimbaye cane



 Drama T niwe yaciye ubwa nyuma kuri "scène". Urwaruka rwari aha muri iyi "show" nibo bazi imitima yabo ingene itashe iryohewe 

 Yinjiye atamba, aherekejwe n'umugwi wiwe w’abatamvyi. Indirimbo ziwe zose "public" biboneka ko izizi ku mutwe  yaboneyeho nakaryo kokuririmba indirimbo code ubwambere

Ikirori ca Ya Ngabire carangiye "vibe" ari "vibe"

raba vyose ngaha video

Enregistrer un commentaire

siga iciyumviro cawe ngaha

Plus récente Plus ancienne

Formulaire de contact