Ifi itangaje cane: mubuhinde abarovyi barovye ifi itangaje Ndetse nubu abakaba barasibonakurwa ubwoko bwuy'ifi



mugihugu c'ubuhinde hariko haravugwa inonkuru yifi itangaje cane Ifi itangaje cane ,iyifi yarobwe nabarovyi karuhariwe  Aho yateje uruhagarara kubashakashatsi Ndetse bayobewe iki gitangaza c'ifi n'uburyo iteye .



Bamwe bavugako iyofi ifise ubushobozi bwokuba kumusozi iminsi ibiri 48h ataco iraba Ndetse iyofi ngo urya inyama,arinaco gituma ifise ububasha bwokuba kumusozi muburyo bwoguhinfa ico ifungura , iyofi nkuko babivuga yoba ipima ibiro biri hagati 300kg gushika 500kg .



Musomyi iyifi uyivuaeko iki? Wew waribwumve amakuru yinofi?




Enregistrer un commentaire

siga iciyumviro cawe ngaha

Plus récente Plus ancienne

Formulaire de contact