Papa Francis yahaye igihano karundura Musenyeri wagerageje kurwanya ubutinganyi



Kiliziya Gatolika yatangaje ko Musenyeri Joseph Strickland  yamaze gukurwa mumabanga yubusenyeri 'detse yamaze gusubirizwa  Joe Vásquez. Ntabwo hatangajwe icatumye Strickland asimbuzwa , hari intumwa Papa yohereje muri iyo diyosezi kureba uko byifashe. 



Arko nkuko benshi babivuga bivugwako uwo musenyeri yoba ahowe yuko yanse ivyubutinganyi (kurongorana kubantu basangiye igitsina) iryo akaba ariryo kosa azize ryogushaka kuja kure yamategekl yabamugenye .

Musenyeri Strickland ni umuntu ukomeye wo mu ishami ryo muri Kiliziya Gatolika yo muri Amerika rirwanya amavugurura ya Papa.



Gukurwaho kwe kubaye nyuma yuko Papa Francis avuze ku "isubira inyuma" rya bamwe mu bayobozi bo muri Kiliziya Gatolika bo muri Amerika.

Enregistrer un commentaire

siga iciyumviro cawe ngaha

Plus récente Plus ancienne

Formulaire de contact