Raba amateka umugwi wabigeme batarenga imyaka 20 basezereye umurwi nserukira guhugu wa congo

 


Umugwi nserukiragihugu w'abigeme Intamba mu Rugamba uhejeje gusezerera RDC 🇨🇩 mu nkino zo kurondera itike y'igikombe c'isi yose c'abatarenza imyaka 20.

FT : Burundi U20 +🇧🇮 1-0 RDC U20 🇨🇩 Aggregate [3-3] 

Mu rukino rwa mbere RDC yari yatsinze Uburundi ibitsindo 3 kuri 2. Uburundi bubandanije mu gice gikurikira.

 Burundi mumupira w'amaguru mubwitege mwabantumwe. Inyuma yugusezerera igihugu ça Afrique du Sud ubunaho Bakoze ayandi mateka y'ugutsinda RDC congo

Bano bigeme bacu basigake kuzokina inkino 2 gusa bitwaye neza bazoba baronse itike yigikombec'isi U-20 kizoba mumwaka wa 2024 

Enregistrer un commentaire

siga iciyumviro cawe ngaha

Plus récente Plus ancienne

Formulaire de contact