Urupfu rwa miss Erica turiko ruvugisha benshi Aho bamwe bavuga ivyoba vyamwishe amakuru yose ngaha



RIP Kuri Mushikacu Miss Erica 😭
✝️Inkuru mbi idushikiriye muri kano kanya nuko umuririmvyikazi @misserica257 ahejeje kwitaba Imana😭 

Umwe mu bagenzi b’umushingantahe wiwe twabajije ivy’iyi nkuru ko ariyo yagize ati “mu misi iheze igihe we n’umushingantahe wiwe bariko barategura ibatisimu ry’umwana wabo w’umuhungu niho Miss Erica yaciye yinjira ibitaro vya Bumelec akaba ari naho yacikaniye”

Yamara nubwo Miss Erica yinjiye ibitaro inkuru yo kugwara kwiwe ntiyigeze imenyekana. 

Arko ngo nubwo birukoa hariho ayandi makuru avugwa nuwundi mwigeme azwi nka nellynat ngo  icishe #miss Erica coba kiriko kiraja ahagarara bivugwa ko na Belle 9ice bizonamukwega raba ivyo Nelly nat yashize kurubuga rwiwe.
Kuri wewe hamwe ivyo bivugwa kwoba arukuri wovyakira gute?


Imana imwakire mu bwami bwayo🥹🙏🏽
Tubibutse ko asize abana babiri b’abahungu🥺

Enregistrer un commentaire

siga iciyumviro cawe ngaha

Plus récente Plus ancienne

Formulaire de contact