Dramat hamwe n'a b face ntibapfa indirimbo code ahubwo bapfa kandi mow kanzie vyose dramat arabivuze

 


NAkajembegete, Drama T ati:" Ivyo dupfa na B Face ntibijanye ivy'akazi kumuziki/ Ngo muvyo dupfa ni abakobwa harimwo na Mona Walda"

Ni mu kiganiro yatanze ku nsamirizi Buja FM avuga impamvu yafuse amajwi yiwe. Drama T akavuga yuko yafuse amajwi yiwe mu ndirimbo #Kode kuko ari rwiwe ariko kandi yamwandikiye abimumenyesha nubwo B Face atavyakiriye.

Yavuze kandi ko kuva bibaye bataravugana kuko amuzi réaction ziwe ariko ari tayali kuganira nawe abantu bumva.

kubatamuzi nguyu uwo bapfa raba video

Drama T akavuga yuko ubu vyamwigishije ko umwansi wawe ari urya nyene mugendana. Akababazwa nuko vyamucafuje kubona hari abantu bari bamwizeye bakamwibaza ukutarikwo. 

Ubu aho ibintu bigeze Drama T akavuga yuko akeneye bazohurire mu kiganiro kuko ntabucuti ashaka batabanje kuvugana.

Ikindi ngo igihe Drama T yahora ashimira B Face ko ariko aramufasha ngo burua yaba ariwe yabimutumye ntabucuti bwarimwo

Enregistrer un commentaire

siga iciyumviro cawe ngaha

Plus récente Plus ancienne

Formulaire de contact