ruyigi:umusuma yakubiswe arashaya bahakwa no kumwica



Yafashwe yivye yakubiswe arashaya ahakwa gupfa uyumubona numusuma yari yivye mugihugu ca tanzania hanyuma yafatiwe mu ruyigi Aho avugako yariko Aja karusi ariyo asanzwe avuka uyo musuma ntakintu nakimwe yarafise kumuranga .

ugufatwa kwiwe vyabaye ibintu bitangaje Aho bamwe bavugako yari umiti narirya itanzania bahavugako hatibwa , uyo muhungu yafashwe yamaze kujabuka ujutaka bwa tanzania ageze muruyigi 

Abamubajije yavuzeko yaramaze igihe kitari gito mugihugu ca tanzania avugako yari agomba akwize imyaka 2 akaba ataribwahembwe n'wumukoresha arinaco catumye yihemba nkuko abisigura yafatanywe ibihumbi 200000 vyamashiringi hamwe nibind bikoresha vyinshi nkuko mubibona muri vidéo

Enregistrer un commentaire

siga iciyumviro cawe ngaha

Plus récente Plus ancienne

Formulaire de contact