Abaririmvye babarundi barageramuwe inyuma y'urupfu rwa miss Erica sat b na Landry promoter barwaye cane



Umuririmvyi Sat-B yoba akitswe n’amagara. Mu masanamu ahejeje gushirwa ahabona n’urubuga Lynda Lacosta , yerekana uwo muririmvyi ari mu bitaro, arimwo serumu

Nkuko  satb nawe abivuga abicishije kurubuga rwiwe gwa Facebook yavuze ati"Dusengeranire, Dukundane Tukiri Bazima 

Amagara Ni Ikindi Kintu ! "

Gusa Muhumure, gupfa  Kabisa Ntiharagera 🩸 N’ikimenyamenya Agwara yitwengera .

Arko kandi numu promoter akomeye cane azwi nka Landry promoter umutananirwa  nawe amagara ntiyifashe neza  reka Tubipfurize gukira !!

Enregistrer un commentaire

siga iciyumviro cawe ngaha

Plus récente Plus ancienne

Formulaire de contact