UMURUNDI NESTORY IRANKUNDA YAMAZE KUJA MURI BAYERN



BAYERN MUNICH yemeje ko yasinyishije NESTORY IRANKUNDA kuva muri Adelaide United 



Uwu musore w'imyaka 17 azoyijamwo igenekerezo rya 1 mukakaro 2024

Nestory Irankunda inyuma yo gusinya muri Bayern Munich:

🗣️: " Ndanezerewe caane kuba ibi biciyemwo, nkaba ngiye gukina muri umwe mu migwi ya mbere ikomeye kw'isi . Ni indoto zibaye ukuri, narakoze caaane kugira ngerageze gutera iteka umuryango wanje."

IRANKUNDA 🇧🇮

Enregistrer un commentaire

siga iciyumviro cawe ngaha

Plus récente Plus ancienne

Formulaire de contact