Abakinyi babarundi bariko bariteguriri inkino kurwego rushimishije

 


Youssouf_Nyange 🇧🇮,Saido_Ntibazonkiza  Nabandi bakinyi babarundi benshi Uku Niko Bariko Bitangira Igihugu Aho Hakurya Muri Tanzanie 🇧🇮 ❤️ 🇹🇿



Uku Niko Bakoze Imyimenyerezo Kuyu Mugorobaa Basa Nabafise ishaka Akarwi Tuzokica 😂

Tubibutseko intamba murugamba iriko iritegurira inkino zogukurakuranamwo mukurondera iticket ryigikombe cisi

🔵🔴 Uburundi 🇧🇮 buzokwakirira inkino 2 zo kurondera itike y'igikombe c'isi yose ca 2026 ku kibuga Benjamin Mkapa Stadium 🏟.

Inkino z'Uburundi kurico Kibuga :

- Burundi 3-2 Namibie

- Burundi 0- 1 Cameroun 🇨🇲

- Tanzanie 🇹🇿 0-1 Burundi (urukino rwa gicuti)

- Tanzanie 1-1 Burundi ( kurondera itike y'igikombe c'isi 2022)

🔹Itariki 16/11/2023 : Burundi 🇧🇮 VS Gambie 🇬🇲

🔹 Itariki 20/11/2023 : Burundi 🇧🇮 VS Gabon 🇬🇦

Intamba Mu Rugamba Hejuru Cane le Pays D'abord 🇧🇮 

Enregistrer un commentaire

siga iciyumviro cawe ngaha

Plus récente Plus ancienne

Formulaire de contact