Bamutoye ikiziga yimanitse ku mugozi mu nzu



ibintu vyokwiyahura biteje uruhagarara muntara ya ngozi                                                                    Uwo ni umugabo afise imyaka yoba irenga gato 35 yatowe kuri uyu wa 5/12/2023 yenena ku mugozi mu nzu yiwe iri aho bita #Kungoro muri zone, komine n'intara ya Ngozi

 Ababanyi n'abandi bazi uwo muhisi bemezako yoba yiyahuye bivuye ku mubano mubi yarafitaniye n'umukenyezi wiwe ariwo wanatumye bavana umukenyezi akagenda atwaye abana bose

Ikiziga kikaba catowe catanguye kwononekara nk'uko bimenyeshwa n'abajejwe intwaro ku mutumba yabako, abajejwe umutekano bakaba bariko bagira amatohoza kuri urwo rupfu.

kwaliti by GH indirimbo iryoshe cane yirabe yose ngaha

twibukanyeko muntara ya ngozi nyene hari haherutse kwiyahura abantu bashika kuri babiri harimwo umukonbwa yiyahuye havugwako yoba yiyahuye bitumwe nuko yahebwe nuwo bakundanye inkuru yose nuyoisanga ngaha:https://newlevelsite.blogspot.com/2023/11/yaciye-yiyahura-uyo-mukobwa-vyavuzwe.html

iyindi nkuru uyisanga ngaha :https://newlevelsite.blogspot.com/2023/11/uyundi-musore-yiyahuyembega-ibintu.html


Enregistrer un commentaire

siga iciyumviro cawe ngaha

Plus récente Plus ancienne

Formulaire de contact