igikoko gitangaje catumye abantu bagira ubwoba bwinshi: octopus nini ipima toni zirenga 10 ireremba mu mwobo, (videwo).

ibintu bidasanzwe kandi bitangaje, natangajwe rwose nuko amaso yanje yabona ibintu bitangaje igikoko(octopus) nini, ipima toni zirenga 10 nubwambere kuva isi yakabaho, igenda yerekeza mu mwobo uciye bugufi. Iki gitangaza cateye ubwoba abantu benshi cane ndetse abantu besnhi aho biyumviye ibitandukanye bamwe ngo imana yashatse kwiyerekana ububasha bwayo abandi ngo namashetani,  abashakashatsi baremezako ikikiremwa kitigeze kibaho kwisi.

raba video

Inkuru yiriwe iteje uruhagarara mumuji utuje kandi udakekwa.  Kugaragara kwa octopus nini ya toni 10 mu mwobo wayo nico kintu ca nyuma umuntu wese yari yiteze. 

kwaliti by GH indirimbo iryoshe cane yirabe yose ngaha

1 Commentaires

siga iciyumviro cawe ngaha

Plus récente Plus ancienne

Formulaire de contact