Wari uziko! Ushobora gukira ibishishi (ibiheri byo mu maso) mu minsi mike raba bimwe vyogufasha



ibiheri vyo mu maso ni kimwe mu bintu bibangamira benshi ariko cane cane ab’igitsina gore aho usanga ubifite ashishikajwe no gushaka umuti wavyo, aha rero ni ho usanga bamwe bagirwa inama zitandukanye ku co bakora ngo bakire, bityo bikabaviramo uburwayi bukomeye bitewe no kwisiga imiti myinshi icarimwe.

Uyu munsi wa none dufite inkuru nziza ku bantu bazahajwe n’ibiheri vyo mu maso. Bitewe n’uko iki kibazo gifitwe n’abantu batari bake, hari inzobere mu kuvura bakoresheje ibimera aribo “Ange Saloon Spa and Boutique” batanga igisubizo  ku bafite ikibazo c’ibiheri cangwa ibishishi vyo mu maso.

Muri Ange Saloon Spa and Boutique, tugufitiye imiti ikomoka ku bimera dukura mu bihugu nk’Ubushinwa, Ubuhinde ndetse na Dubai, iyi miti yose izwiho kuvura ibiheri cangwa ibishishi vyo mu maso mu gihec'indwi imwe gusa biba bikize.

miti yo muri Ange Saloon Spa and Boutique ituruka mu bihugu nko mu Bushinwa, Ubuhinde ndetse na Dubai


Ntabwo ari uyu muti gusa kuko tugufitiye n’imiti ivura inkovu zigakira burundu, amabara yo ku ruhu nayo agakira, hari amavuta ya Glycerin uvangira mu mavuta wisiga ubundi ugatandukana n’indwara z’uruhu, hari kandi umuti urwanya ubwoya bwo mu kwaha, ubwanwa, unwo ku maguru, ndetse n’ubukikije igitsina.

Ndetse kandi tukogereza uruhu rugasubirana itoto, tukagira inama abantu ku bijyanye n’intungamirire ku buntu.

 Ku bindi bisobanuro woduhamagara kuri nimero:+25761363584 +250781904532/ +250784048537, cyangwa ukatwandikira kuri whatsapp :+250788 538 135.

kwaliti by GH indirimbo iryoshe cane yirabe yose ngaha

Enregistrer un commentaire

siga iciyumviro cawe ngaha

Plus récente Plus ancienne

Formulaire de contact