Zahara: Icamamare mumuziki muri Afurika y’Epfo yapfuye ku myaka 36



Bulelwa Mkutukana yamenyekanye kwizina rya Zahara, aririmba umudiho wa Afro-pop wo muri Afrika y’Epfo yapfuye, nk’uko vyatangajwe na minisiteri w’imuco.

Zahara yari amaze iminsi itari mike mu bitaro, bivugwa ko yari arwaye umwijima, kandi leta “yafasha” umuryango wiwe.

Uyu muririmvi akaba yarafise ijwi ritangaje yamenyekanye cane mu mwaka wa 2011 kuri Album yiwe yise Loliwe,iyo album ikaba yarakunzwe cane muri Afrika.

Enregistrer un commentaire

siga iciyumviro cawe ngaha

Plus récente Plus ancienne

Formulaire de contact