Abantu batatu nibo bahitabywe numuriro wadutse kuri station yigitoro mugihugu ca congo

 Abantu batatu nibo bahitanywe numuriro wadutse kuri station yigitoro mugihugu ca congo mugisagara ca rubirizi


Abaraho bavugako uwo muriro woba wateye nuko umwe mubakozi bakorera ngaho muri bamwe banywesha igitoro yariko aranywagatabi🚭🚭

Ariko abandi baraho bemezako uwomuriro utatewe niryotabi ahubwo waturutse kuruhande 

abajejwe inzego numutekano bahashitse nabo bemezako ataruwo mukozi yateyumuriro kuko mubahitanywe nuwo muriro atarimwo

ivyononekaye ntibiramenyekana vose ariko harimwo imodoka🚐🚗🚙nyishi

Enregistrer un commentaire

siga iciyumviro cawe ngaha

Plus récente Plus ancienne

Formulaire de contact