Isanganya rikomeye ry ibisi yunguruza abantu

 Ejo kuwa kabiri muri Kenya bisi yari itwaye abantu 51 yatwawe n’amazi menshi yatewe n’umwuzure, ubwo umushoferi wayo yagerageza kwambuga umugezi wari wuzuriranye. Ku bw’amahirwe, ntawahasize ubuzima.Twobamenyesha yuko iri atariryo sanganya ryonyene ribaye murino misi bitewe n amazi ahubw bibandanya kwibonekeza ko mu bihugu bimwe bimwe vya Afrika no kw Isi yose amasanganya aterwa n amazi hamw n imvura nyinshii abandanya yibonekeza.Twibaze ko tutari muri vya bihe vyo kwa Noa ariko vyahinduye isura kuko ibi bintu birimwo n ibibazo kandi biteye n ubwoba 😭.




Enregistrer un commentaire

siga iciyumviro cawe ngaha

Plus récente Plus ancienne

Formulaire de contact