Bamusanze agaburirabantu inyama zimbwa

 


Makamba:muri comune mabanda  kumugoroba wejo igenekerezo rya20 ndamukiza niho bafata umugabo azwi kwizina rya gacoma benshi bamenyeye mukazi ko kwotsinyama kwibarabara

Basanze arikabagimbwa akaba yarezwe numukozi yahora akoresha kuko mundwi iheze bashwanye kubera atamuhemvye neza

Uwomukozi afatwa nagashavu abibwira abajejwe intwaro ababwira namasaha baza bazibagirako

Niho bamwibundira baca bamugwako ariko arayibaga

Baciye bamujana bamushikiriza abajejwe umutekano bongaho I mabanda

Abanyagihugu baragaya iryobara uwo mugabo yahora akora 

Enregistrer un commentaire

siga iciyumviro cawe ngaha

Plus récente Plus ancienne

Formulaire de contact