Biratangaje papa wiwe yamukase izosi aziko yamwishe vyarangiye umwana nawe ngo ntuzigera amubabarira

 


Uyumwana mubona kurarya masanamu mugihugu CA Uganda Neza Neza muntara ya kampala   

Ingene vyagenze NGO papa wiwe yari yarafuye maman wiwe aca atwarana nuwundi mugabo uyo mugabo babana imyaka umunani bavyarana abana babari
Haheze imyaka ibiri niho maman wuyomwana yatangura kubona umugabo atanguye guhindura imyitwarire ntivyatevye baciye batandukana 

Umusi umwe niho uyomugabo yahura nuwo mwana maman wiwe amutumumye Niko Kuca amuhenda NGO bajane aca amwuriza imoto baragenda bageze mwishamba 

Umwana abibonye kageze mwishamba yaciye atangura gukoma induru papa wiwe aca aramuboha mwizosi yibaza NGO yamwishe ACA aragenda ariko Imana irakinga ntiyapha 

Ubuhamya bwuwo mwana avugako atazigera abababarira papa we yahastwe kumwica 

Enregistrer un commentaire

siga iciyumviro cawe ngaha

Plus récente Plus ancienne

Formulaire de contact