Bibajije ko yakubiswe kubera yugaye akabare isaha zitanu z ijoro ariko ngo sivyo...

Hamaze imisi hacicikana ku mbuga ngurukanabumenyi ko umugabo wo ku mutumba senga yoba yarakubiswe azira ko yugaye akabare isaha zitanu zijoro, ariko umukuru wa zone Bwagiriza ya komine Butezi arigana uko vyagenze 

Abamukubise ngo n imisore ibiri yari yaje gufata kamwe kuri ako kabare kiwe ku mugoroba wa pasika,baca batangura kurwana,nawe aca ahitana ibibando bibiri aje kubanguranya,baca barabimwaka barabimukubitisha ku mutwe no mu mugongo 😞.

Twobamenyesha yuko abo basore hamwe n uwabanyegeje bose babarizwa mu minwe y'inyamiramabi 

Enregistrer un commentaire

siga iciyumviro cawe ngaha

Plus récente Plus ancienne

Formulaire de contact