mugihugu ca irigwe abakirisu ba pantecote biriwe murusengero imisi ibiri basenga bambaye amagunira barindiye ukuza kwa yesu
Kuva kwigenekerezo rya8 ntwarante gushika kurya10 ntwarante abakirisu bo muri pentecote mugisagara ca bocwa mugihugu ce urguey bari murusengero batarya batanywa😃 barindiriye igaruka rya yesu kristu
ibinyamakuru bitandukanye vyo mwico gihugu bimenyeshako mumakuru bahakuye abo bakristu ivyo babikoze bisunze ibiriko biraba mumpande zitandukanye z'isi vyerekana ko yesu agombagaruke bisunze ivyamye biravugwa bijanye nubwirakabiri bugomba bube mwico gihugu bemezako ari yesu azobagarutse ariko bararindiye barabura😃
Tags
Amakuru