Birababaje yavuste atamaguru afise noe bahastwe kumwica

 

Yavuste atamaguru afise noe bahastwe kumwica abavyeyi biwe

Yitwaa ndayishimiye jean Pierre avuka muntara yamajepho mugihugu kibanyi c urwanda yavuste atamaguru  afise

Imbere Yuko avuka abavyeyi biwe Bari namaze imyaka itanu babana ariko bataravyara Nuko maman wiwe atangura gusengaa asaba Imana umwana uko yaba ameze kose

Nuko Imana iramuha umwana aramwakira naho yarafise ubumuga bwamaguru amwakira nkimpano Imana imuhaye 

Ariko imiryango ntiyavyishimira ndese sebukwe we amubwira KO mumico  y urwanda umwana avukanye ubumuga baca bamwica ariko ntiyabunviye yaramureze arakura naho babayeho ubuzima butoroshe  bwogusegerereza ariko imyaka itatu iheze abagira neza barabahaye infashanyo ubu babayeho neza .

Enregistrer un commentaire

siga iciyumviro cawe ngaha

Plus récente Plus ancienne

Formulaire de contact