Bivugwako urukino rwahuje real madrid na fc barcelona rutegerezwa gusubirwamwo kuko ishirahamwe fifa ryemeje igitsindo umuhagarikizi yahakanye cinjiye mwizamu ryumurwi wa real madrid

 


Ni mu rukino rwaraye rubaye hagati ya Real Madrid na Fc Barcelona,aho hakaba hariho igitsindo casuzumwe kenshi na VAR ariko birangira igitsindo canswe.

Ariko Staff ya FIFA unomusi ikaba yamenyesheje ko urukino rutegerezwa gusubirwamwo bivanye n'inyifato abahagarikizi berekanye.Urwo rukino rukaba rutaramenyekana igihe ruzobera.

Enregistrer un commentaire

siga iciyumviro cawe ngaha

Plus récente Plus ancienne

Formulaire de contact