Babatuririye munzu babagiriza uburozi

 


Nkuko muvyibonera aho ni i bukavu mugihugu kibanyi ca congo aho bafashe umukobwa na nyina ngo bari baramaze abantu cane cane abana babahungu bakiri bato mukubajana kubakoresha mwijoro ibikogwa bivunye bakoresheje inguvu zabo

Bivugwa yoku kandi hari imiryango myishi abana bayo baburiwe irengero kubera uwo mukobwa na nyina bakoresha imiti mukubatwara hari nabo bicisha uburozi 

Hari kumusi wejo igenekerezo rya 21/4 aho umwe mubabanyi buwo muryango ukora ayo mabi yarabaraburije abateza abantu kubera nawe harabiwe bamwiciye niko kuce baza babaturirira munzu bakoresheje essence mbere ngo babaturiranye nivyo birozi vyabo

Musomyi wewe ibibintu ubivugako iki??

Enregistrer un commentaire

siga iciyumviro cawe ngaha

Plus récente Plus ancienne

Formulaire de contact