Mejeje kuyaga nabashikacu bigeze kuja gukora mubihungu vya barabu banganiye ubuzima bacamwo bugoye ariko bakihangana .Nahise banzumwe muribo ati:none kuriko urondera ingene wosubirayo kandi warigeze kujayo urabona ubuzima bwaho ingene bugoye ??
Nawe yansubije ati:navuyeye nziyuko injekwubaka urwanje numugabo twari dukundanyi nkiri muri Arabia Saudi kumbe nasanze naribeshe ngo arankunda
Nongeye kumubaza ikindi kibazo cakabiri ati:none washaka umugabo wiki kandi ufise abana 4 ??
Yanyishuye nishavu ryinshi avugati :Genda ugurire mushikawe ivyashaka vyose ,umugurire inzu nziza hama ucumubwira azobe wenyene ntamugabo ,ndibaza watahuye ikibazo umbajije
Uwundi nagahinda kenshi ati:Jewe navuyeyo mubihugu vyabarabu kubera nari nkumbuye umugabo kwihangana vyarananiye.
https://draft.blogger.com/blog/posts/3604559727839812900