Ingene Icegera c’umukuru wa Hamas yishwe mu gitero ca drone ari i Beirut muri Libani


Saleh al-Arouri (i bubamfu) ni we yategura ibitero muri Cisjordanie/West BankAHAVUYE ISANAMU,REUTERS

Insiguro y'isanamu,Saleh al-Arouri (i bubamfu) ni we yategura ibitero muri Cisjordanie/West Bank


3 Ukwa mbere 2024

Israel ishimangira ko igandagurwa ry’uno mutegetsi wa Hamas i Beirut atari igitero kuri Libani, mu gihe abansi bayo bagabisha ko “izohanwa” kubera uru rupfu.


Umuvugizi wa Israel avuga ko Saleh al-Arouri yapfuye mu “gitero categuwe neza kigakorwa ku burungozi bwa Hamas gusa”.



Enregistrer un commentaire

siga iciyumviro cawe ngaha

Plus récente Plus ancienne

Formulaire de contact