Isi igeze ahatemba Imana itadufashije turashize.

Muri Bresil kurongorana abasangiye igitsina vyaremejwe na reta ya Brésil (kubana abagabo ku bagabo abagore kubagore)  yuko atakibazo bibaniye ,hamaze kwibonekeza abatwarana basangiye igitsina gushika kubice 5 kw'ijana .

Bikaba vyibonekeza yuko bariko batwarana kubwinshi kuvaho reta yabo ibibarekuriye.

ningorabe imana nirab ibagarukir kuko bagez ahatemba kuk bitey ison numubabaro kubona ret yemera ibint nkivy vyogutwaran abasangiye igitsina 

Enregistrer un commentaire

siga iciyumviro cawe ngaha

Plus récente Plus ancienne

Formulaire de contact