Mugihugu kibanyi ca CONGO nahonyene amazi arababangamiye cane🇨🇩🇨🇩🇨🇩

 Birababaje ibiriko bibera mugihugu kibanyu ca CONGO 🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣Imihana irenga 9000 yari yaringagije ivyiduga vy'ikiyaga Tanganyika nabo baraye bakuyemwo akarenge bivanye nuko atigera asubira inyuma ahubwo abandanya kuduga kumurindi munini.

Hageze yaho uvuye kwibarabara Tanganyika uyibona ku metero zitanu .

Imana nirabe itabare bene wacu bashikiwe nico kibazo kuko birababaje cane ,bamwe bariko bararira kubera batanguye ubuzima bushasha bwo gupanga ,kugura ibikoresho vyononekaye Mana tabara iyo miryango.

https://draft.blogger.com/blog/posts/3604559727839812900https://draft.blogger.com/blog/posts/3604559727839812900

Enregistrer un commentaire

siga iciyumviro cawe ngaha

Plus récente Plus ancienne

Formulaire de contact