Tanzania :Abantu (abapfumu)bikoreye inzoka bongera bazikinisha nk abana babo.

Mu gihugu ca Tanzaniya hari abapfumu babiri bibonekeje bikoreye inzoka ku mutwe bariko barazikinisha aho benshi bavuga ko vyoba ari ibisanzwe abandi nabo bakavuga yuko ari ibintu biteye ubwoba kuko ngo ntamuntu akomeye ngo yokinisha inzoka nkuko akinisha umwana wiwe kuko ngo basanzwe babana nizo nzoka.



Enregistrer un commentaire

siga iciyumviro cawe ngaha

Plus récente Plus ancienne

Formulaire de contact