Igikankara giteyubwoba catowe muri Egypte

 EGYPT:Kuruyu wagatandatu igebekerezo rya 6 ntwarante niho batora igikankara gitangaje cumuntu yapfuye kera 



Nkuko ubushakashatsi bubivuga ico gikangara kibonekako coba aricumuntu yapfuye kumwami falao 

Kandi ubwo bushakashatsi buvugwako uwomuntu afise amagufa akomeye cane aho kandi basanze uwomuntu yarapima imetero zibiri mubuduga na 40cm mubwaguke vyateyubwoba benshi abandi bibatera gusubira mumateka barabeko uwomuntu ataco amateka yigeze amuvugako

Musomyi wewe ntacubiziho mumateka woba warumvise??

Enregistrer un commentaire

siga iciyumviro cawe ngaha

Plus récente Plus ancienne

Formulaire de contact