Birababaje ivyabereye gitega

🔴Gitega:Ikiziga c'umuntu caraye gitowe ku mwonga wo ku Mutwenzi ku mutumba Rutegama komine Gitega intara ya Gitega kuri uyu wa gatandatu igenekerezo rya

🎙️Abenegihugu bo kuri uwo mutumba bamenyesha ko umwana yamanutse ku mwonga aca abona umuntu ari mu mazi. Uwo mwana akaba yaciye aduga guhamagara abantu kugira barabe ivyarivyo. Niko gusanga ari ikiziga c'umuntu mwuyo mwonga wo kumutwenzi.



😢Uwo yatowe ikiziga akaba ari umutama yarafise imyaka 72. Amazina yiwe akaba yitwa Nimpirangeza Philimino yava kuri uwo mutumba wa Rutegama. Nyakwigendera akaba asize abana 10.

Abatoye umubiri w'uwo mutama bakaba basanze afise inkovu mu gahanga aho vyikekwa ko hoba hari uwamukubise icuma.

  🎙️Abajejwe inyamiramabi bakaba bamenyesheje ko  amatohoza agiye gukorwa kugira hamenyekane abakoze ubwo bugizi bwa nabi.

Enregistrer un commentaire

siga iciyumviro cawe ngaha

Plus récente Plus ancienne

Formulaire de contact