Imyuzurira ugiye kudusiga habi kugez Ubu imodoka zija Buja- gitega nturirko rirakora

Ibarabara rya BUJA-GITEGA ntiririko rirahita muraka kanya haraheze nka 20min. Uruzi KANIGA rwuzuye rurarenga inkombe ruriko ruca mwibarabara nkuko mubibona kurayo masanamu



Hari hagize iminsi havugwa imyuzurira ahantu hatandukanye cane cane mugihugu c'uburundi

Aho ndavuga Niko mugatumba kugeza Ubu Abantu bose batakironka Naho bahobyora ndetse ntahandi henshi hagiye hatandukanye

Si muburundi gusa ni Dubaï ivyobintu biriko biribinekeza cane inkuru yose yisome ngaha

Enregistrer un commentaire

siga iciyumviro cawe ngaha

Plus récente Plus ancienne

Formulaire de contact