Indege z intambara za Isirayeli zaraye ziteye ibisasu ku nzu yo mur Palestine

 Ibisasu vy’indege y’intambara ya Isirayeli vyaguye ku nzu iri mu muji wa Rafah mu majyepfo ya Gaza, bihitana abantu batandatu abandi icenda barakomereka.


Muri abo harimo n’abana nkuko vyatangajwe n’ubuyobozi bw’ibitaro vya Abu Yousef al-Najjar vyakiriye ibiziga  vy’abana batandatu abagore babiri n’umugabo umwe kuri uyu wa gatandatu.


Isirayeli ikomeje intambara imaze mo amezi indwi irwanana n’umutwe wa Hamasi ku butaka bwa Palestina.



Enregistrer un commentaire

siga iciyumviro cawe ngaha

Plus récente Plus ancienne

Formulaire de contact