Yiyiciye umwana wiwe amuhora ubumuga yavukanye



 Mu gihugu kibanyi ca Tanzanie umugore ngo yishe umwana wiwe bimwe twita kwihekura ngo amuziza ubumuga yavukanye,ariko nkuko tubimenyeshwa n'ibinyamakuru bimwe bimwe vyo muri ico gihugu,

Ngo ikintu catumye yihekura ngo ninyifato itabereye uwomwana yaza aragira nkakarorero ngw'iyo yaba yipfuza umwanda mukuru canke mutoyi ngo ntiyavuga

Nukuvuga ko yatera yonona aho yab ari, kandi ikindi ngo nuko na se yari yabataye uwomwana yararezwe na nyina gusa.

Ariko benedata mwebwe mwumva ivyo bintu vyari kugenda nkoko kwl??

Enregistrer un commentaire

siga iciyumviro cawe ngaha

Plus récente Plus ancienne

Formulaire de contact