Isanganya rikomeye ryahitanye abangana ibihumbi mu gihugu c ubuhinde

 Mu gihugu c ubuhinde haraye habaye isanganya riteye ubwoba n agahinda.ku bantu babibonye bavuga yuko iryo sanganya ritari bwabeho ngo kuko vyari ibintu bisize ubwenge.

Abenegihugu bari begereye ahabereye iryo sanganya bavuga yuko ryahitanye abantu benshii kuko ngo habayemwo n iturika.Abajejwe umutekano wo mw ibarabara bahanyarukiye n za Ambulance kugir bajane abakomeretse kwa muganga.



Enregistrer un commentaire

siga iciyumviro cawe ngaha

Plus récente Plus ancienne

Formulaire de contact