Isanganya ryabereye aho bita mukabonambo mu ntara ya Makamba

 Imodoka yar itwaye  abashinwa aho bari bagifye kugenzura ibarabara riheruka gucika mur komine Nyanza lac yaje guhura niyindi modoka kandi zose zari mumuvuduko udasanzwe hanyuma zirasekana 

Gusa twobamenyesha yuko Imana yakinze ntawashoboye gucikana ariko umwe muri bo yagize akabazo gatoyi mumutwe yabaye parallisé abandi nabo bakomeretse 

Amakuru dukesha bamwe mu benegihugu bo muri ako gace baje gutabara nuko murabo bose bakomeretse bajanywe kwa muganga aho bita kuri clinique m5édicale iri muri Nyanza lac kugira bakurikiranwe bavugwe neza ndetse bakaba batanga icizere yuko baza kumeregwa neza.

Uwo nawe yagize ihungabana mu mutwe bakaba baciye bamumanukana kur hôpital Roi khaled bujumbura kandi nawe biravugwa yuko azokira vuba cane

Musomyi wewe iyi nkuru uyivuzeko iki?

Enregistrer un commentaire

siga iciyumviro cawe ngaha

Plus récente Plus ancienne

Formulaire de contact