Kenya:Nyuma yurugomero rw'i Kijabe gusesa hakaba imyuzure hamaze gupfa abantu 48 murico gihugu ca Kenya



Inkuru dukesha imbuga zo muri #Kenya nuko hagiye kuba ikoraniro ry'Inama Nshikiranganji ikoranijwe na Prezida William Samoei Ruto.

Ikibazo cihindagurika Ryibihe kiraraje ishinga Afrika y'Ubuseruko nkuko na Prezida w'Uburundi Evariste Ndayishimiye yaraye abishikirije kuruyu wa 29Ndamukiza2024 mw'inama igira 21 yahuje abakuru bibihugu iteguwe n'ibanki yise #IDA2024

Basomyi muri Afrika y'Ubuseruko dukore iki? Ko iki kibazo kitariko gishikira Tanzania?

Enregistrer un commentaire

siga iciyumviro cawe ngaha

Plus récente Plus ancienne

Formulaire de contact