Uburundi na ONU basaba amakungu gufasha igihugu guhangana n'ingaruka z'ibihe
Reta y’Uburundi na ONU bavuga ko hakozwe ibitari bike ngo izo ngaruka zirindwe canke ntizisinzikaze igihugu cane, ariko aho ibintu bigeze ngo hakenewe kwongerezwa agacumu k’ubumwe k’amakungu.
Ivyo bikaba vyashikirijwe inyuma yaho muri iyi misi hamaze imisi hibonekeza imyuzurira mu gisagara ca Bujumbura ndetse no mu gihugu hagati mbere hakaba hariho n amabarabara atagikora.
Tags
Amakuru