Ibintu vy Uburusiya na Ukraine uko imisi igenda birushaho kuba bibi

Ukraine yaburiye ko hashobora kwaduka intambara ya gatatu y'isi niba itsinzwe n'Uburusiya

Minisitiri w'intebe wa Ukraine Denys Shmyhal yavuze yuko igihugu cye gicyeneye cyane ko Amerika yemeza umushinga w'itegeko w'imfashanyo y'umutekano umaze igihe warahagaze.



Enregistrer un commentaire

siga iciyumviro cawe ngaha

Plus récente Plus ancienne

Formulaire de contact