Impanuro ya gusa

Kuronka umu chr mujana murukundo sikigoye baruzuye ni irya nawe ariko kuronka isezerano ryawe urubavu rwawe sicoroshe.

Isezerano ni iki? Ni wawundi ahuye n'umutima wawe,wawundi agukunda wewe apana ivyufise,wawundi akwihanganira mu ntege nke zawe ,wawundi akwishimira uko uri wawundi mubababarana mubihe bibi Kandi nomubyiza mukanezeranwa ,wawundi atakunze agasura kawe nukuteye ahubwo agukunda ukonyene uri.

Uwo rero kumubona ni ihishurirwa rituruka ku Mana ,ivy'Imana rero birya abarambije abarambiwe batashe ,ivy'Imana bisaba gupfukama nogutitiriza ATI Mana mpitiramwo uwo wewe ubona ko ahuye nanje tuzobana rukaguma.


Ariko niwapfa kubishiramwo ibishobisho ngo uravye ama buno nagasura canke ngo uravye ama bogari nabagira mu bihinda ndakurahiye uzohitana ihwa mubane Kandi imyaka yose muzobana iryo hwa rizohora rigucumita wicuza Kandi niwahukana tuzogutwenga😁

Musomyi nimba ubon kwarivyo comment yawe ni ngirakamaro kuri twe.


Enregistrer un commentaire

siga iciyumviro cawe ngaha

Plus récente Plus ancienne

Formulaire de contact