Kidumu yishikiye ahantu hatewe n'umwuzurira

 🚨🚨Abakera Barayamaze bati uwuzoramba azobona, None Vyatanguye kwigaragaza , na cane cane Kumazi yibonekeza Mukwimura abatari bake mumazu Yabo kubera imyuzure. 

Beshi bariko barimurwa n'amazi yabaye meshi mu gatumba , arinaco cazinduye ( Jean Pierre Nimbona batazira Kidumu kibido kibuganizo) kuraba ukwo vyifashe .

Hari K'umunsi wagatandatu Mumasaha make imbere yukwo ateramisha abantu ,aho yagiye kwirabira ukwo bimeze ndetse nogushigikira abariko barahura n'ivyo biza .


Yaboneyeho nakaryo kogusaba uwo wese afise ico ashoboye ko yogira ico afashije kubariko barahura nibi vyago 


Tubibutse ko Ibishikiye umwe vyoshikira nuwundi Kuko Ibi vyaduka vyamazi biri mubiriko biraturatuza bamwe mubene gihugu.

Enregistrer un commentaire

siga iciyumviro cawe ngaha

Plus récente Plus ancienne

Formulaire de contact