Mugihugu ca Mozambique Abantu barenga 90 nibo baraye bahasize ubuzima, biturutse kw'isanganya ry'ubwato bwo kuroba bwibiye mumazi bupakiye abantu



ubwo bwato bwariko bwerekeza mw'izinga ry'igihugu ca Mozambique ryahoze ari umurwa mukuru mugihe c'ubukoroni bwa Portugal. Iryo sanganya ngo ryoba ryavuye ahanini kukuba ubwo bwato bwari buremerewe n'igitigiri kinini c'abantu bwari bupakiye kandi butari bugenewe gupakira abantu bukanapakira igitigiri kinini c'abantu bagera kw'130. Mur'abo rero bahasize ubuzima, igitigiri kinini kikaba kigizwe ahanini n'abana.

Enregistrer un commentaire

siga iciyumviro cawe ngaha

Plus récente Plus ancienne

Formulaire de contact